"Amaraso y'umukenyezi yoseseka ariko atanga ubuzima ntiyoseseka yishwe n'umufasha"
Hamaze imisi havugwa abakenyezi bagandagurwa n'abo bubakanye.
Ibitigiri biherutse kuduga, canecane mu ntara ya Kirundo ![]()
Ubwo ahandi ho ntibiba ntibivugwe ? Izo mpfu zokingwa gute ?
Ni co kiyago Dacia Munezero yagiranye na Inès Kidasharira, umwe mu basanzwe baharanira agateka k'abakenyezi.
Guhohotera abana babakobwa ntibikorwa misi yose nabantu bahita canke bahuriye ahandi, birashika kandi kenshi, bigakorwa naba batunze ari ba sebuja, ba sewabo...nabandi.
Ivyo bitera ingorane zirenze kuko uwo mwana w'umukobwa ntiyubahuka kubivuga. Iyo abivuze naho, nigake bamwemera bigaca bimugwako, akangazwa kugira ishusho ry' umuryango yarabayemwo ntiritosekare.
Murikino kiyago, umwigeme Zaïnabu Hussein arabisigura neza.
Les autorités ont récemment décidé que les touristes devront payer les hôtels en devises 💰
🤨 Y a-t-il les préalables requis dans notre système économique en général et surtout le système bancaire en particulier ?
🤗 @dishimwe_ a sa petite idée sur la question dans ce #YagaPodcast 🎙️
Why living in a beautiful country with immeasurably beautiful places, yet not enjoy them? 😞
💁🏾♀️ Lily Ange Kaze shared her thought with us. She expressed how unfair it is!
🙄 Funny (sad) fact: those places can only be afforded by tourists and diaspora 😏
What do you think about this? 🤔
« M'enfin, c'était une blague. N'en fais pas des tonnes », entend-on souvent.
Divin Spencer revient avec la question de savoir si l'on peut rire de tout.
Pour lui, certaines blagues sont trop déplacées et la frontière entre humour et offense souvent violée.
Et vous, que pensez-vous des blagues jugées de mauvais goût ? ![]()
Burya, udukorwa two mu buruhuko, sitwo dutuma urwaruka rwadukana ingeso zibajana mubusambanyi? Inyishu yico kibazo kiri muri kino kiganiro c; uno munsi
#UbufashaKwIrondoka
Ikiganiro c'uno munsi kiza guhuza urwaruka aho bazoba bariko baraganira kuruhara boggira mukugwanya umugera wa Sida mugihe tubona ibiharuro vy'abandura uwo mugera vyasubiye kuduga hano mugihugu c'Uburundi.
#UbufashaKwIrondoka
Ikiganiro c'uno munsi kiza gushira hamwe urwaruka, aho bazakutubwira icokorwa kugira babone kwisanzura mugihe hageze kubaza impamuro, canke inyigiho zijanye n'ubuzima ndoragitsina.
#UbufashaKwIrondoka
Ihohoterwa rifatiye kugitsina birabaho, ariko iyo hageze kubaza ko vyoba bibaho mu makaminuza atandukanye mu gihugu, bamwe bogira bati: "Oya nawe ntu!"
Muri kino kiyago c'uno munsi, abatumire bacu barabiganirako aho baza kutubwira ingene bobo babibona canke babibayemwo.
#UbufashaKwIrondoka
Pour cet épisode, nous allons faire un retour en arrière dans le temps et nous arrêter à la date du 12 Novembre 2010, le jour où le premier Ombudsman a été élu par le parlement burundais.
Mukiganiro c'uno munsi, turagaruka mu kwezi kwa Myandagaro, igenekerezo rya 28 mu mwaka w'2000, aho amaserano y'i Arusha yahagarika intambara yarashizweko urukumu. Ayo masezerano mu vyo yashitseko harimwo gushiraho umugwi ujejwe ukuri no kunywanisha Abarundi, mu gifaransa "Commission Vérité et Réconciliation", CVR mu majambo avunaguye.
Mu kiganiro c'ibidukikije c'uno munsi, turaza kurabira hamwe ingene kubaka kumisozi ihanamiye igisagara ca Bujumbura bibangamira ubuzima bw'abanyagihugu baba mumicungararo y'iyo misozi.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira kubijanye n'ugukingira uruzi Rusizi n'inkombe yazo mukwirinda imyuzurira
Mu kiganiro c'uno munsi, tuzakuganira kubibazo bihagaze mugukingira ishamba rihanamye imisozi ya Makamba n'ingene tworushirizaho kuyikingira
Mu kiganiro c'uno munsi, tubayagira k'umwuga wo kubumba amatafari hamwe n'ingene baca ibiti kugira babiturire. Ariko naho bimeze uko, turaza kubona ko hari hakenewe koukwo guca ibiti bikurikiranywa kugira tugabanye ingaruka zitipfujwe kandi dukingire ibidukikije.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza guca hirya no hino ibibangamiye ishamba ry'imeza rya Vyanda biturutse kubikorwa vy'abanyagihugu bayegereye.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuyaga kubijanye n'ugukungira ikiyaga Tanganyika.
Mu kuganiro c'uno munsi, turaza kubiganira ingene irwirirana ry'ama manga ageramiye umutekano w'abanyagihugu hano i Burundi.
Mu kiganiro c'uno munsi, turaza kuganira kukungene ihindagurika ry'ibihe ryagiye rirakorako abanyagihugu mu mihingo itandukanye mu myaka iheze.
Mukiganiro c'uno munsi, tuzakurabira hamwe isano riri hagati y'ugukingira ibidukikije n'amagara y'abantu. Tuza kugaruka ahanini kuburyo tutitwararika gukingira ibidukikije bikanagira ingaruka kumagara y'abantu.