
Mu kiganiro c'uno munsi, tubayagira k'umwuga wo kubumba amatafari hamwe n'ingene baca ibiti kugira babiturire. Ariko naho bimeze uko, turaza kubona ko hari hakenewe koukwo guca ibiti bikurikiranywa kugira tugabanye ingaruka zitipfujwe kandi dukingire ibidukikije.