
"Amaraso y'umukenyezi yoseseka ariko atanga ubuzima ntiyoseseka yishwe n'umufasha"
Hamaze imisi havugwa abakenyezi bagandagurwa n'abo bubakanye.
Ibitigiri biherutse kuduga, canecane mu ntara ya Kirundo ![]()
Ubwo ahandi ho ntibiba ntibivugwe ? Izo mpfu zokingwa gute ?
Ni co kiyago Dacia Munezero yagiranye na Inès Kidasharira, umwe mu basanzwe baharanira agateka k'abakenyezi.