Umubano w'umumaro uruta iyindi yose ni umubano wawe n'Imana. Muri iki kiganiro turaza kuganira ku mashusho ane abantu babonamo Imana.